TYS TV
TYS TV
  • 302
  • 912 558

Відео

BIG FIZZO!!!! Ngaya Amajambo Denama.. Yavuze Atarasara Kuri Big Fizzo Biteye Agahinda cane
Переглядів 1694 години тому
BIG FIZZO!!!! Ngaya Amajambo Denama.. Yavuze Atarasara Kuri Big Fizzo Biteye Agahinda cane
SIMBIZI WA SEMAVUMBA avuye MUGACERERE insolite zose Zabaye kuri Mariage yiwe Zigiye ahabona
Переглядів 1157 годин тому
SIMBIZI WA SEMAVUMBA avuye MUGACERERE insolite zose Zabaye kuri Mariage yiwe Zigiye ahabona
ALVIN SMITH ishavu kuri DJ Fernando na kadie Kay..// Batumwe Hahiye Remix itumvikana Kubera Baze...
Переглядів 16212 годин тому
ALVIN SMITH ishavu kuri DJ Fernando na kadie Kay..// Batumwe Hahiye Remix itumvikana Kubera Baze...
DJ Fernando na Melanin Boy🔥 Kuri Stage imwe Baricanye Abantu Barasaze Umuriro uratse Vibes za Danger
Переглядів 7 тис.14 днів тому
DJ Fernando na Melanin Boy🔥 Kuri Stage imwe Baricanye Abantu Barasaze Umuriro uratse Vibes za Danger
DRAMA T arashitse buja🇧🇮 Abavuga Ngo YAZIMWE..!! baguye Mumazi VIBES zitesa 🇧🇪
Переглядів 1 тис.14 днів тому
DRAMA T arashitse buja🇧🇮 Abavuga Ngo YAZIMWE..!! baguye Mumazi VIBES zitesa 🇧🇪
BIG FIZZO na Prophet JOSHUA Bateranye Amajambo Kumbuga Amicale de Musicien Ibigiyemwo
Переглядів 56221 день тому
BIG FIZZO na Prophet JOSHUA Bateranye Amajambo Kumbuga Amicale de Musicien Ibigiyemwo
B FACE ||ALVIN SMITH || MONNA WALDA || DOUBLE JAY 🔥Hahiye Remix izanye Vibes muri SHOW BIZ ya BUJA🇧🇮
Переглядів 1,1 тис.21 день тому
B FACE ||ALVIN SMITH || MONNA WALDA || DOUBLE JAY 🔥Hahiye Remix izanye Vibes muri SHOW BIZ ya BUJA🇧🇮
SIMBIZI na NATACHA ukuri Kugiye ahabona CAPITAINE atabwoba ivyinyegeje Vyose abisize Ahabona
Переглядів 31821 день тому
SIMBIZI na NATACHA ukuri Kugiye ahabona CAPITAINE atabwoba ivyinyegeje Vyose abisize Ahabona
SIMBIZI nagashavu Kenshi Bose Bamuciye Amazi CAPITAINE Atabwoba..Insolites IGITEGA yari Amayobera
Переглядів 21621 день тому
SIMBIZI nagashavu Kenshi Bose Bamuciye Amazi CAPITAINE Atabwoba..Insolites IGITEGA yari Amayobera
B Face kuri Big Fizzo Ziramwakiye CAPITAINE atabwoba Abivuze VYOSE Ntoco Abasigarije
Переглядів 55828 днів тому
B Face kuri Big Fizzo Ziramwakiye CAPITAINE atabwoba Abivuze VYOSE Ntoco Abasigarije
Wiz Designer - Fine Ft Big Fizzo Ivyo Mutamenye Vyinyegeje CAPITAINE vyose Arabivuze Ntaco Abasigari
Переглядів 855Місяць тому
Wiz Designer - Fine Ft Big Fizzo Ivyo Mutamenye Vyinyegeje CAPITAINE vyose Arabivuze Ntaco Abasigari
B face Mkombozi Sat B Lino G icatumye batsindwa 3-0 CAPITAINE abisize Kumugaragaro Vyose Atabwoba
Переглядів 350Місяць тому
B face Mkombozi Sat B Lino G icatumye batsindwa 3-0 CAPITAINE abisize Kumugaragaro Vyose Atabwoba
B FACE Ubuhoho yihanze MKOMBOZI🤯..Mbega Bihererahe🙊//CAPITAINE Azanye OPERATION ishushe
Переглядів 612Місяць тому
B FACE Ubuhoho yihanze MKOMBOZI🤯..Mbega Bihererahe🙊//CAPITAINE Azanye OPERATION ishushe
B FACE MOOD acokoje Big FIZZO Mkombozi na Sat B hamwe na Fabilove..// CAPITAINE ntaco Asigaje vyos..
Переглядів 3,5 тис.Місяць тому
B FACE MOOD acokoje Big FIZZO Mkombozi na Sat B hamwe na Fabilove..// CAPITAINE ntaco Asigaje vyos..
Big Fizzo na Wizdesigner🤗Amabanga Yinyegeje Hagati yabo CAPITAINE Ayasize Hanze..//yob ar New song?
Переглядів 1,1 тис.Місяць тому
Big Fizzo na Wizdesigner🤗Amabanga Yinyegeje Hagati yabo CAPITAINE Ayasize Hanze..//yob ar New song?
DRAMA T Ngo YAZIMYE..?!!WE LOVE MUZIK kudahabwa Visa Ukuri nguku CAPITAINE ntaco abasigarije vyose..
Переглядів 1,3 тис.Місяць тому
DRAMA T Ngo YAZIMYE..?!!WE LOVE MUZIK kudahabwa Visa Ukuri nguku CAPITAINE ntaco abasigarije vyose..
BIG FIZZO🇧🇮 arumiwe...😅//ivya SAT B na BELLE9CIE ubuhoho barasaze..🤣//CAPITAINE abigiyemwo Hagati
Переглядів 1,1 тис.Місяць тому
BIG FIZZO🇧🇮 arumiwe...😅//ivya SAT B na BELLE9CIE ubuhoho barasaze..🤣//CAPITAINE abigiyemwo Hagati
BIG FIZZO atabwoba...//DRAMA-T Kuboosting Views vyose Biramenyekanye//CAPITAINE ntaco Abasigiye
Переглядів 2,7 тис.Місяць тому
BIG FIZZO atabwoba...//DRAMA-T Kuboosting Views vyose Biramenyekanye//CAPITAINE ntaco Abasigiye
BIG FIZZO🇧🇮 agashavu kuri RAYVAN🇹🇿 Amajambo akomeye CAPITAINE ntaco abasigiye abateguye igiteramo
Переглядів 1,9 тис.Місяць тому
BIG FIZZO🇧🇮 agashavu kuri RAYVAN🇹🇿 Amajambo akomeye CAPITAINE ntaco abasigiye abateguye igiteramo
DRAMA-T Yampaye IKIRATO angurira TELEPHONE akoroye Amosozi😭 Turumiwe//Intahe ibabaje Cane unomu...
Переглядів 1,2 тис.2 місяці тому
DRAMA-T Yampaye IKIRATO angurira TELEPHONE akoroye Amosozi😭 Turumiwe//Intahe ibabaje Cane unomu...
HARABAVYEE!! ukuri kose Hanze..//MONIA FLEUR🌹//CAPITAINE ntaco abasigarije Abarigucafuza Monia
Переглядів 3762 місяці тому
HARABAVYEE!! ukuri kose Hanze..//MONIA FLEUR🌹//CAPITAINE ntaco abasigarije Abarigucafuza Monia
Icamama Markus atuzaniye Drama T B Face murukino ruzobahuza na King Star Fc yarahiy ko Bazotsinda
Переглядів 7092 місяці тому
Icamama Markus atuzaniye Drama T B Face murukino ruzobahuza na King Star Fc yarahiy ko Bazotsinda
Big FIZZO ati DRAMA-T Yazimye..??Vyose Kumugaragaro CAPITAINE Ntaco abasigiye ukuri kose Hanze atabw
Переглядів 1,8 тис.2 місяці тому
Big FIZZO ati DRAMA-T Yazimye..??Vyose Kumugaragaro CAPITAINE Ntaco abasigiye ukuri kose Hanze atabw
Big Fizzo na Mow_Kanzie Bitanguye Gusha😋//Bagiye Kudutamwo..//Turumiwe 😱Impari CAPITAINE Ziradutse..
Переглядів 6382 місяці тому
Big Fizzo na Mow_Kanzie Bitanguye Gusha😋//Bagiye Kudutamwo..//Turumiwe 😱Impari CAPITAINE Ziradutse..
We Love Muzika kuja BELGIQUE Birahindutse😱//Anny INGABIRE🥰..Big Fizzo SUPERMAN ihawe iyind Nsiguro.
Переглядів 9102 місяці тому
We Love Muzika kuja BELGIQUE Birahindutse😱//Anny INGABIRE🥰..Big Fizzo SUPERMAN ihawe iyind Nsiguro.
BUJA-FLEVA P1 Big Fizzo Mow_Kanzie Drama-T Dj Fernando atabwob insolite Zabo zose Zigiy kumugaragar
Переглядів 9612 місяці тому
BUJA-FLEVA P1 Big Fizzo Mow_Kanzie Drama-T Dj Fernando atabwob insolite Zabo zose Zigiy kumugaragar
ALVIN SMITH na TOWNAIRE KELLY Barahaturiye Harasha🔥|| Tasha Oda Ararize Kubera Ivyo Alvin Amukoreye😭
Переглядів 3,9 тис.3 місяці тому
ALVIN SMITH na TOWNAIRE KELLY Barahaturiye Harasha🔥|| Tasha Oda Ararize Kubera Ivyo Alvin Amukoreye😭
Cheri Wanje Ankunda Kubera Ndamuha Amahera Sivyo Kuko Hari Abanyanse Kandi Ndayafise💔😭|| Lee Charon
Переглядів 3,5 тис.3 місяці тому
Cheri Wanje Ankunda Kubera Ndamuha Amahera Sivyo Kuko Hari Abanyanse Kandi Ndayafise💔😭|| Lee Charon

КОМЕНТАРІ

  • @pitietv257
    @pitietv257 3 години тому

    Technologie ninkeya vyiza muyinagure batama bacu incabwenge mubijanye namasanamu n'amajwi ziriho izosanamu ziracafuye cane il faut corrigé

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w 4 години тому

    Wagirango ni 1962🤔

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w 4 години тому

    Ariko murinyuma koko ubwo kumanuka mu mutaka murumva aribintu bitangaje😂😂😂, na sendagara yasetse pe😂😂😂😂,ntakidasanzwe gose 😂😂

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 4 години тому

    ❤❤❤

  • @user-ry2yj7gv2v
    @user-ry2yj7gv2v 5 годин тому

    Igabozuburundi Nizubahwe Zizubuhingabwishicane

  • @EnockMpawenimana
    @EnockMpawenimana 6 годин тому

    Burundi oyeee🇧🇮🇧🇮✊

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 9 годин тому

    Abo batama batera induru nyishi 😅 nta generation iri professional yobasubirira.😅 Ngo bagize iki? Weweee,urruiuuiuiiiiiii

  • @LydiaNiyomwungere-ch9gu
    @LydiaNiyomwungere-ch9gu 10 годин тому

    Komera

  • @ZombieCameraman-x5p
    @ZombieCameraman-x5p 13 годин тому

    🔥🔥🔥

  • @TTt-vi2ks
    @TTt-vi2ks День тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @FelixBAMBONYE-s9q
    @FelixBAMBONYE-s9q 2 дні тому

    Ihanize abana

  • @ernestpabloofficiel
    @ernestpabloofficiel 2 дні тому

    Aha ntibaribwamuroge basha reka kumukora mugisebe.abantu turi babi

  • @jonathanofficial7350
    @jonathanofficial7350 3 дні тому

    🤣🤣🤣

  • @ZombieCameraman-x5p
    @ZombieCameraman-x5p 3 дні тому

    😊

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd 4 дні тому

    Aba journaliste biwacu mu Burundi muracari hasi cane pe muja ngaho mukavuga ngo ntabanyamahanga mukeneye gusa mugaca much mukabagirira promotion mwebwe nyene nkiyo ndirimbo ntayo twari tuzi ya Davis muga ubu muriko mutuma tumumenya 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 komeza kubagirira promotion sha 😂😂😂😂😂 hama mureke urusaku mukore nkabantu bakuze apana guhuza umwe umwe kuko vyaturambiye ahubwo nimubazane bose mukiganiro mubahuze hama ikinyoma gikubitirwe ahashashe ibisigaye music yuburundi ikomeze gutera imbere. "" Kazima IMANA inkunda"" Azonabica ahubwo mwebwe aba journaliste mufise inzigo yumuntu ariko araronka hit gusa muvyanka muvyemera azoguma abaryana hit tuuu.

  • @TuyishimeTiti
    @TuyishimeTiti 5 днів тому

    😂😂😂😂

  • @ZombieCameraman-x5p
    @ZombieCameraman-x5p 5 днів тому

  • @wordupdate1439
    @wordupdate1439 5 днів тому

    Capitaine ndakunda iji ryawe sana

  • @MarieEstherIradukunda
    @MarieEstherIradukunda 5 днів тому

    Drama-t baby killer YOUR favorite 😍 je t'aime 😍❤❤🎉❤🎉🎉🎉🎉

  • @MucoJoe-Dassin-ju9up
    @MucoJoe-Dassin-ju9up 7 днів тому

    Uwomujama Kelly townaire aratwica kwl tumukwirikirana ijana kwijana

  • @ZombieCameraman-x5p
    @ZombieCameraman-x5p 8 днів тому

    😮

  • @prosperndayikeza470
    @prosperndayikeza470 8 днів тому

    Aho nihehe ??

  • @user-ht4ck9hw4b
    @user-ht4ck9hw4b 9 днів тому

    Ahubwo woe uvuze ngo bakiriye ikinyamaraso urigicucu woe ndago utekereza kagame nitwari asasazwa niryo shyari mufise kagame ❤❤❤❤

  • @habonimanaJumaine-rt5zo
    @habonimanaJumaine-rt5zo 10 днів тому

    zombie tunakubali mnavyo bisha na captain😃

  • @NtiranyibagiraAmosi
    @NtiranyibagiraAmosi 11 днів тому

    Kuvugankademan mbeyegiyeh

  • @DukuzimanaGisubizo
    @DukuzimanaGisubizo 11 днів тому

    Dramat sat b hejuru 😂😂😂😂❤❤

  • @ItangirubuntuGuillaine
    @ItangirubuntuGuillaine 15 днів тому

    Naw ushak kury niwivugir gs watubiye 😂😂😂usavy nab b face arakunzw mwan namb umwnk ibeko

  • @ItangirubuntuGuillaine
    @ItangirubuntuGuillaine 15 днів тому

    ivyarivy vyos uvug ivyutaz xo namb ushonj b ahar arakubn kuk mutandukany naw cn ikind kub ar muriry ndirimb ntiyijany nkinka ituruk ij kurish iyitaz yarahamagaw kuk azw k ashoboy ukagir ikibz cuk atagum mur rap wibuk kwariw mwami way bary bayigumamw nuk badashoboy ibind gs ndumv wahumy nguramwank it is ok kuk ntacarikugusab nagusab uzusab abafan bakongererez kuk ndabon utuzuy bro

  • @ItangirubuntuGuillaine
    @ItangirubuntuGuillaine 15 днів тому

    B face rap byosssss xo gee ngeragej kumv ivyuvuz kuv b ngwarash afs abgor abn but tubarebey kumas niw ushaje kuriw 🎉🎉ikind namb umwank rek kumwankish abnd bro kumugererany nab ban wavuz ntiwabajiji ngusobanukigw

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go 15 днів тому

    Irishano rya gahungu ngo nibiki? Umva washanowe ndakwihanije ntuzosubire kuvuga B face mwizina wa mbebawe

  • @NISHIMWEKevin
    @NISHIMWEKevin 15 днів тому

    We matiyas ww uri kirof kwl urashobor gutuk umwam warap wakiguguw

  • @NISHIMWEKevin
    @NISHIMWEKevin 15 днів тому

    Wekirof

  • @engennylecomedien248
    @engennylecomedien248 15 днів тому

    Capitain aho bigeze ndabona uriko urenga inkombe bugira indero kuko uwuvuga ntimungana kandi uzoze uravuga ivyuzi izina B-Face ukaryamiza murako kanwa kawe bizokugora

  • @justemugisha1413
    @justemugisha1413 15 днів тому

    Aka karofa ngira mumutw karimwo amazirantoq

  • @IradukundaJoziane-vg7yq
    @IradukundaJoziane-vg7yq 16 днів тому

    Ewana ndakwemeracyane bro ni tumukunde Cynthia ndagukundacyane bro nabuze uwanzamura ngonigekubyina mbisizeho umuhate can you help me

  • @user-mb1cr8pk9t
    @user-mb1cr8pk9t 16 днів тому

    we= nous love= amour music= musique en general we love music signifie ensemble pour l'amour dans et la musique twifuza kwama tubaboinana uwomutima wo gukundana basore bacu kure muzohashik ntankeka mumuziki murayoboye pe mukomere cane tous pour un et un pour tous

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b 16 днів тому

    Fernando et melanin ntibabacanishemwo surukundo babakunda urwo bashaka ahubwo ivyanyu bikwame

  • @shakafred2164
    @shakafred2164 16 днів тому

    ua-cam.com/video/_uBbj2lL2NU/v-deo.htmlsi=zaTlVZm1cjeJ0Wu8

  • @BukuruBernad
    @BukuruBernad 16 днів тому

    Melanin melanin ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @husseinclassicboy4192
    @husseinclassicboy4192 16 днів тому

    Mwebwe nimwe Mutuma dramat azima kuk muvuga uburofa mukamushira hejuru kandi akiri hasi

  • @husseinclassicboy4192
    @husseinclassicboy4192 16 днів тому

    Wacomye cank uvuga ivyutazi?wakirofawe

  • @husseinclassicboy4192
    @husseinclassicboy4192 16 днів тому

    Icogipfu

  • @husseinclassicboy4192
    @husseinclassicboy4192 16 днів тому

    Harigihe wibaza ko uzubwenge gusumba abandi😀😀❎❎❎❎welov music nabantu bacu nejo baraduhaye hit muri ka sama song reka kubaryanisha wew Ukunda ivyo baguha uruwo gusega gusa wew ndakwanka nukuri ndakwanka ndakwanka ndakwanka ndakwanka ndakwanka ndakwanka💔💔💔💔💔

  • @husseinclassicboy4192
    @husseinclassicboy4192 16 днів тому

    Icokigugu ndakwanka numutima wanj wos nahora ndikwumva kuri pg clasic nkibaza ngo urakwije arik ndabona urikirofa ivyuvuga ninde yabigutumye

    Ako gahungu ntigakomeye mumutwe B face azonabica ako gahungu ibintu kanwe ntibikagwa neza

  • @yoyaeric3533
    @yoyaeric3533 16 днів тому

    Ninde yabonye ko Fernando yashaka ko Bellissima Ariyo ihereza😀

  • @LimpompoMardodadi
    @LimpompoMardodadi 16 днів тому

    Melanin ❤❤❤

  • @parfaitIrankunda-dp7sf
    @parfaitIrankunda-dp7sf 16 днів тому

    Imana ibampezagirire

  • @user-jl3bl1pj4e
    @user-jl3bl1pj4e 16 днів тому

    💥💥💥💥